google-site-verification=2iJojlsiQsFfOoy_lDSwLbB1xcW0Kw-w-hKoPsk0HcI

Les Jumeaux Music bafashe mumugongo Mantha Gracia

Abaririmvyi bagize Les Jumeaux Music babonetse bicaye mubamenyeshamakuru bari bitavye ubutumire bw’umuririmvyi Mantha Gracia igihe yagirana nabo ikiganiro anerekanwa nk’umuririmvyikazi mushasha mumuziki w’i Burundi.

Gracia Mantha yerekanywe kumugaragaro nk’umuririmvyi mushasha muri gospel

Tubajije umwe muribo , yatubwiye ko bari baje gushigikira uyu mwana akiri muto cane yinjiye mumwuga wo kuririmba no guhimbaza #Imana:

« N’umwana akiri muto, afise ijwi ryiza, arazi kuririmba kandi indirimbo zose araziyandikira, twebwe turamaze kuzumva zose zimeze neza kandi arakeneye abamuha coaching muri uru rugendo atanguye ».

Les Jumeaux Music bashigikiye Gracia

Yabandanije avuga ko banezerejwe n’ukuntu abavyeyi biwe bamushigikiye bidasanzwe mbere banavyiyemeje kubibandanya gushika agejeje ubutumwa bwiza kure cane.

BLACK MEDIA

You may also like...

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

× Chat