MB Data ashegeshwe n’abafise imigambi yo kumuzimya
MB Data yidogeye bikomeye abariko baramuzimya, yazindutse yidodombera abashaka kumuzimya abo nabo akaba ari abamenyeshamakuru, abapromota n’abandi batandukanye. Kurukuta rwa whatsapp yiwe yanditse ati : « Ndamaze kubabwira ibizombako mundirimbo kuko ibimbako biba bifise abobigamije...