google-site-verification=2iJojlsiQsFfOoy_lDSwLbB1xcW0Kw-w-hKoPsk0HcI

Category: Atoco Sports

0

Ousmane DEMBELE akunda FC Barcelona.

Ousmane Dembele yatangaje inyuma y’urukino ko akunda kandi yubaha Barcelona naho yishimiye PSG. Yavuze ati: “Barcelona ni umugwi w’igihangange. Ndayikunda. Ndishimiye i Paris kandi raba tugiye muri kimwe ca kabiri gishira ica nyuma (demi-finale).”...

0

Uyu musi : Real Madrid vs Man City

Uyu munsi igenekerezo rya 09/4/2024 isaha zitatu z’ijoro niho iyo migwi ibiri itana mumitwe kukibuga ca Santiago Bernabéu mu gisagara ca Madrid muri Espagne. Umumenyeshamakuru wa ATOCO BURUNDI mugisata ca Sport ( ATOCO SPORTS...

0

Raphinha muri AL HILAL

FC Barcelona ishobora kuronka 100M€ mu ci zivuye kuri Raphinha Umugwi wa Al Hilal ukomeje kurondera umunya Brazil Raphinha akinira FC Barcelona asatira ku ruhande rw’i buryo. Uwo mugwi wo muri Arabia Saoudite wateguye...

× Chat