google-site-verification=2iJojlsiQsFfOoy_lDSwLbB1xcW0Kw-w-hKoPsk0HcI

UEFA Champion League : Umukinyi yaranze indwi

Ninde mukinyi agiye gutorwa nk’uwaranze indwi muri UEFA Champions League ?

  1. Phil Foden wa Manchester city
  2. Martin Ødgaard wa Arsenal
  3. Raphinha Diaz wa Barcelona
  4. Antoine Griezmann wa Atletico Madrid

Phil Foden yatsinze igitsindo kimwe muri (3-3) Manchester city yanganije na Real Madrid , Raphinha yatsinze ibitsindo bibiri muri (3-2) batsinze PSG.Abandi bakinyi ntabwo batsinze ariko barafashije imigwi yabo kugira yigenze neza.

You may also like...

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

× Chat