google-site-verification=2iJojlsiQsFfOoy_lDSwLbB1xcW0Kw-w-hKoPsk0HcI

Author: Ding Rugamba

0

MB Data ashegeshwe n’abafise imigambi yo kumuzimya

MB Data yidogeye bikomeye abariko baramuzimya, yazindutse yidodombera abashaka kumuzimya abo nabo akaba ari abamenyeshamakuru, abapromota n’abandi batandukanye. Kurukuta rwa whatsapp yiwe yanditse ati : « Ndamaze kubabwira ibizombako mundirimbo kuko ibimbako biba bifise abobigamije...

0

Gracia Mantha yasohoye indirimbo yiwe yambere.

Umuririmvyikazi mushasha muri gospel , Gracia Mantha yasohoye indirimbo yiwe yakozwe mumashusho n’umuhinyanyuzi akaba na manager wa LES JUMEAUX MUSIC. Gracia Mantha yavuze ko anezerejwe no kubona igikorwa ciwe cambere kija ahabona inyuma y’amezi...

0

Les Jumeaux Music bafashe mumugongo Mantha Gracia

Abaririmvyi bagize Les Jumeaux Music babonetse bicaye mubamenyeshamakuru bari bitavye ubutumire bw’umuririmvyi Mantha Gracia igihe yagirana nabo ikiganiro anerekanwa nk’umuririmvyikazi mushasha mumuziki w’i Burundi. Tubajije umwe muribo , yatubwiye ko bari baje gushigikira uyu...

0

ATOCO SUPER TOP 20

Biciye mukiganiro ATOCO SHOW ca ATOCO BURUNDI gica kunsamirizi ya BLACK FM 94.9 kuva kuwambere gushika kuwagatanu kuva isatta icumi gushika isaha imwe y’ijoro, umurwi uremesha ikiganiro ATOCO SHOW, ugiye kuza urashikiriza buri week-end...

× Chat