google-site-verification=2iJojlsiQsFfOoy_lDSwLbB1xcW0Kw-w-hKoPsk0HcI

Festival Dukunde Uburundi uyumwaka ntizoba.

Irebe Company isanzwe itunganya Iserukiramico ryitwa DUKUNDE UBURUNDI ihejeje kumenyesha ko uyumwaka itazoba kumvo batashimye kuvuga ariko bamenyesheje ko zitabavuyeko.Abicishije mw’itangazo, uwuserukira IREBE COMPANY imbere y’amategeko yasavye imbabazi abakunzi n’abasanzwe bafasha isabukuru DUKUNDE UBURUNDI ko uyu mwaka itazoba.

Uyu mwala isabukuru DUKUNDE UBURUNDI ntizoba

Iri sabukuru ryari ryabaye kuncuro yaryo yambere umwaka uheze (2023) ribera ahitwa ARENA Club i Bujumbura ikaba yari yateguwe na Dicobu ,ishirahamwe ry’abarundi baba muri Amerika ifatanije n’iradiyo nkuru y’igihugu hamwe na Irebe Company isanzwe irongowe n’umuririmvyi August Burundi.

Umuririmvyi August Burundi asanzwe arinyene IREBE COMPANY

Mbega uyumwaka yoba itazoba kubera iki?

You may also like...

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

× Chat