Site

0

Les Jumeaux Music bafashe mumugongo Mantha Gracia

Abaririmvyi bagize Les Jumeaux Music babonetse bicaye mubamenyeshamakuru bari bitavye ubutumire bw’umuririmvyi Mantha Gracia igihe yagirana nabo ikiganiro anerekanwa nk’umuririmvyikazi mushasha mumuziki w’i Burundi. Tubajije umwe muribo , yatubwiye ko bari baje gushigikira uyu...

0

ATOCO SUPER TOP 20

Biciye mukiganiro ATOCO SHOW ca ATOCO BURUNDI gica kunsamirizi ya BLACK FM 94.9 kuva kuwambere gushika kuwagatanu kuva isatta icumi gushika isaha imwe y’ijoro, umurwi uremesha ikiganiro ATOCO SHOW, ugiye kuza urashikiriza buri week-end...

0

Festival Dukunde Uburundi uyumwaka ntizoba.

Irebe Company isanzwe itunganya Iserukiramico ryitwa DUKUNDE UBURUNDI ihejeje kumenyesha ko uyumwaka itazoba kumvo batashimye kuvuga ariko bamenyesheje ko zitabavuyeko.Abicishije mw’itangazo, uwuserukira IREBE COMPANY imbere y’amategeko yasavye imbabazi abakunzi n’abasanzwe bafasha isabukuru DUKUNDE UBURUNDI...

0

Ousmane DEMBELE akunda FC Barcelona.

Ousmane Dembele yatangaje inyuma y’urukino ko akunda kandi yubaha Barcelona naho yishimiye PSG. Yavuze ati: « Barcelona ni umugwi w’igihangange. Ndayikunda. Ndishimiye i Paris kandi raba tugiye muri kimwe ca kabiri gishira ica nyuma (demi-finale). »...

0

Uyu musi : Real Madrid vs Man City

Uyu munsi igenekerezo rya 09/4/2024 isaha zitatu z’ijoro niho iyo migwi ibiri itana mumitwe kukibuga ca Santiago Bernabéu mu gisagara ca Madrid muri Espagne. Umumenyeshamakuru wa ATOCO BURUNDI mugisata ca Sport ( ATOCO SPORTS...

0

Raphinha muri AL HILAL

FC Barcelona ishobora kuronka 100M€ mu ci zivuye kuri Raphinha Umugwi wa Al Hilal ukomeje kurondera umunya Brazil Raphinha akinira FC Barcelona asatira ku ruhande rw’i buryo. Uwo mugwi wo muri Arabia Saoudite wateguye...

× Chat